Dag Heward-Mills
eBook, ePUB

Ingene Woba Umukristo Akomeye (eBook, ePUB)

Sofort per Download lieferbar
6,99 €
inkl. MwSt.
Alle Infos zum eBook verschenken
PAYBACK Punkte
0 °P sammeln!
Warakiriye Yesu Kristo nk'Umwami wawe n'Umukiza wawe warakijijwe! Uri umu Kristo yavutse ubwa kabiri kandi izina ryawe ryanditse mu gitabo c'ubugingo. Ikibazo cawe ni : "Ni iyihe ntambuko ikurikira nofata?"
Gucika umu Kristo ni intambuko nziza, ariko ni intango gusa. Ukwiye kandi gucika umu Kristo mwiza kandi akomeye. 'Ni gute rero nkor'ivyo?'- Muri iki gitabo ciza cane, uriga intambuko wofata kugira ube kandi ugume uri umu Kristo akomeye kandi yiteguye gupfa canke umuhero.

Dieser Download kann aus rechtlichen Gründen nur mit Rechnungsadresse in A, B, CY, CZ, D, DK, EW, E, FIN, F, GR, H, IRL, I, LT, L, LR, M, NL, PL, P, R, S, SLO, SK ausgeliefert werden.